Inkino

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 23

Kuva kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25 gushika kuw’Imana igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2021 , ihiganwa rya Primus league rizoba ryabandanije kundwi yaryo ya 23. Uku niko imigwi izohura

Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2021:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari , umugwi Buja City wakiriye umugwi Rukinzo Fc

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 26 Ruhuhuma 2021:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari Vital’o Fc izokwakira les elephants

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27 ruhuhuma 2021:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari , Inter Stars izokwakira Bumamuru Fc

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Ingoma , Musongati Fc izokwakira Athletico Academy

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 28 ruhuhuma 2021:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urukundo , Umugwi Messager Ngozi uzokwakira Kayanza United

– Isaha Icenda Ku kibuga Intwari , Umugwi Bs Dynamik uzokwakira Muzinga Fc

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Umuco, Umugwi Olympic Stars uzokwakira Flambeau du Centre

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Ingoma , Umugwi Royal Fc uzokwakira Aigle Noir.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037