IKIRUNDI_news

Ni amarira n’umubabaro kuri Mkombozi

Mu bakunzi b’umuziki ndundi boba ari bake batazi Mkombozi, ariko benshi ubu ikibazo bafise bibaza aho ari, nyimba azosubira kuboneka mu biteramo vyiwe vyakundwa cane?

Bwira mugenzi wawe, ambwire mugenziwe ko Indundi Magazine iriho kubwanyu, Kandi
Mkombozi ubu asigaye abarizwa mu gihugu ca Tanzania, nayo ibikorwa akaba abandanya umuziki wiwe ukuri kwamye.

Nubwo haciye igihe asemerera koyahuye n’abansi biterambere ryiwe bafuta indirimbo ziwe zose kuri YouTube
Ntivyamuciye intege ariko azisubizako bushasha.

Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 3 ukwezi kwa Ntwarante(03)aho yerekana akababaro kadasanzwe kuko yabuze umuvyeyi wiwe nyina amuvyara
Tugerageje kumurondera tumenye inkuru Ido Nido akaba yatwishuye agira Ati:””N’umubabaro kuri jewe aho nibuka umuvyeyi wanje namubuze itariki 3 ukwezi kwa 3 muri 2005, ayo ma genekerezo ageze igihe cose nuzura agahinda kuko kubwanje yagiye Hakiri kare atarabona umwimbu w’umuhungu wiwe, ariko Imana imwakire mu bwami bwayo.”
Mwomenya ko Mkombozi ariko arakora Album yiwe nshasha Mu gihugu ca Tanzania, ndetse akaba ari naho ariko akorera ibikorwa vyiwe vy’umuziki, aho aboneka mu biganiro ku ma television atandukanye, ndetse no mu biteramo bitandukanye.

Akajambo kamwe kwa mkombozi wewe Ukunda ibikorwa vyiwe
Kugira amagara meza nivyotukwipfurije

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037