BurundiDevelopmenthomepageIKIRUNDI_news

Ibinombori birabujijwe gusubira gukoreshwa mu gisagara ca Bujumbura

Kuva aho bukera igenekerezo rya 1 Mukakaro uwu mwaka kirabujijwe kwubaka amazu hakoreshejwe amatafari y’ivyondo (ibinombori) muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura.

Ivyo ni ibishikirizwa na Rénovat Sindayihebura musitanteri aramutswa komine ya Mukaza aho asigura ko iyo ngingo iterekeye abamaze kwubaka.

Rénovat Sindayihebura amenyesha kandi ko kugira imiserege itwara amazi muri iyo komine ise neza, abafise amazu bategerezwa kwubaka ibinogo mu ngo zabo amazi y’imvura canke ayo bakoresha azonyengetereramwo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 721