Mukugaragaza akababaro kabo ,abakozi b'ikigo c'igihugu kijejwe kwegeranya no gutororokanya amaraso CNTS bahagaritse imirimo yabo kuri uyu wa 08 Mukakaro basaba kuronswa imishahara y'amezi 2 bataronkejwe hamwe…
Abantu 40 nibo bamaze gufatwa n'indwara ya choléra m’uturere tw'ubuvuzi twa Gihofi mu ntara ya Makamba nyene. Murabo 8 kugeza ubu baracari mu bitaro nk’uko bivugwa na muganga Irakoze Simon Claude arongoye akarere…
Kuva habaye imyuzurira mu mpera z'umwaka wa 2021 ,igice kitari gito giherereye mu zone Gatumba carakozweko bimwe mu binyabuzima birapfa ibindi birahunga .Abasanzwe baba muri ico gice bemeza ko ari uruhombo runini…
Umuririmvyi asanzwe aririmba indirimbo mpimbazamana Dudu_T NIYUKURI kuri uyu wa kane igenekerezo rya 04 Mukakaro 2024 yarishikiye mu Burundi,akaba yiteze gukora igiteramo mpimbazamana kidasanzwe. Mu gihe hasigaye iminsi…
Umwaka urarangiye uruzitiro rw’ivuriro rito rya Musaga mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura rutarasanurwa kuva rubomowe n’imiduga yagiye irarugonga.Abasanzwe bitura iryo vuriro bafise amakenga ko hashobora kwaduka ubusuma…
Abasanzwe bararongoye ikigo c’umupira w’amaguru Academie Zoé bashikiriza ko intumbero y’izo nkino ari ukugira batsimbataze izo nkino harimwo kuramurira Uburundi abakinyi benshi kandi beza biciye mu kurondera impano z’abakiri…
Bamwe mu barimyi bo mu ntara ya Muyinga bashikiriza ko muri kino gihe bahagaritswe umutima n’ubukene bw’imbuto z’ibigori ,ibintu bikunyurwa n’uko naho zibonetse ziba zizimvye ,ivyo bigatuma badashobora kwitegurira irima…
Ukubuza ko ama moto n'ama bajaji ashika mu gisagara hagati n'ingingo yafashwe n'abahinga kandi kuva ifashwe hari ibintu vyahindutse. Mu kiganiro c'urwego nshingwabikorwa rwa Reta cabereye k'umurwa…
Sentare Ntahinyuzwa mu gisata cayo c’iyungururizo yaciriye kuri uyu wa kana umunyororo wo guherayo jenerari Alain Guillaune Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere. Inyuma y'ikiringo kingana hafi ukwezi urubanza…
Igikombe c'isi mu nkino z'umupira w'amaboko Volleyball zisanzwe zibera ku musenyi zigiye kubera mu gihugu c’uburundi ku ncuro igira kabiri .Izo nkino zitegekanaijwe mu kwezi kwa Nyakanga uno mwaka mu gisagara…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.