IKIRUNDI_news

Langzy Mc hari umuziki agiye kurekurira abakunzi biwe

Sosten Bukuru amazina yahawe n’abavyeyi biwe, akaba azwi kw’izina rya Langzy Mc mu mwuga wiwe kokuririmba.

MC ni umurundi yavukiye i Bujumbura neza na neza muri komine ya Cibitoke ariko kuva 2009 akaba abarizwa muri Autralia.

Aho yayaga na indundi magazine yamenyesheje ko mu mwaka wa 2022 ashaka kuzokwihonyorera Ku butaka bw’Uburundi.

Naho ngo uretse kuririmba iyindi mpano abona ko afise n’ugukina umupira wamaguru.
Twarangije ikiyago adutuma ku bakunzi biwe ko uku kwezi kwa munani 2021 indirimbo yiwe nshasha izoba iri ku mugaragaro.

Tubibutse ko uretseko ko hari izindi ndirimbo yakoze, hariho indirimbo zine gusa arizo yashimye gushira ku mugaragaro ku buhinga ngurukana bumenyi nka youtube, n ahandi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037