IKIRUNDI_news

Esther Nish ngo hari agaseke agiye gupfundurura

Ni umwigeme umwe yagize amahirwe yo gutahukana agashimwe mw’ihiganwa ryari ryatunganijwe na brarundi ryitirirwa primustar. Muri ba 3 ba mbere Esther Nish nawe yarimwo umwumwe aho yatahukanye imiriyoni 15.

Come And see afrika nirwo ruririmbo yakoreye amasanamu ashimishije. Hagati y’aho yari mugacerere ariko akabandanya aboneka mu biteramo bitandukanye i Bujumbura no mu ntara hagati.

Abicishije kuri Facebook yiwe yashizeko amasanamu yerekana ko hari igikorwa kiriko kirakorwa
vuba kizoshirwa ahabona.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037