Inkino

Indundi Sports | Francine Niyonsaba ahejeje gutahukana igikombe ca Diamond League

Nk’uko yari yasavye abarundi y’uko bomusengera kugira yitware neza mu muri Finale ya Diamond League 2021 yariko ibera i Zurich muri Suisse , Francine asubiye kandi kwandika ayandi mateka aho atahukanye igikombe gikuru ca Diamond league ku metero ibihumnbi 5000.

‘womenya y’uko Francine Niyonsaba yari amaze ikiringo c’imyaka ishika kuri 3 yankiwe kwitabira ayo mahiganwa .

Amateka Francine ariko akora mu Burundi nta mwigeme n’umwe arayakora kuva aho Uburundi bwitiwe Uburundi, akaba yatsindiye amadorari ibihumbi mirongo itatu (30,000$) mu marundi arenga imiriyoni 60.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,036