Inkino

# Indundi Sports | Ndayishimiye Youssuf yaraye ashizwe mu bakinyi 11 beza baranze inkino 10

 

 

Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya yitwara neza mu gihugu ca Turky .

kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 26 Gitugutu 2021, niho mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Turky ryashira ahabona abakinyi 11 bitwaye neza mu nkino 10 ziheruka zo mw’ihiganwa rikuru ryo muri Turky .

Youssuf Nyange akaba amaze imisi ariko akinishwa inyuma
kuri Défense Central mu mugwi ISTANBUL BASAKSEHIR.

Mwomenya ko ndayishimiye Youssuf Nyange kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 27 Gitugutu 2021, ari umusi w’isabukuru yiwe y’amavuko akaba akwije imyaka 23 tukaba tunaboneyeho na karyo ko kumwipfuriza isabukuru nziza.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037