IKIRUNDI_news

Abaririmvyikazi bavuye mu gacerere bunze urunani

Mu makuru yacu duheruka kubamenyesha ivy’umurwi “Our Power” uhurikiyemwo abaririmvyikazi b’abarundi bashimye kuja hamwe.

Twarababwiye ingene bafashanya mw’iterambere ryabo kugira impano yabo bayigeze kure, na kare “umukenyezi niwe nkingi y’iterambere”.

Urukundo ,gukorera hamwe nivyo bibaranga.

Bamwe muri abo baririmvikazi bari mu murwi “Our Power” bari mu gikorwa bariko barakorera hamwe bafashwe mu mugongo n’abantu batarashima kwivuga yamara ni igikorwa co gushigikira umuririmvyikazi.

Chany Queen, Olga Lorie, Monna, Gretta, Belle Nice ,Esther nish n’abandi vuba tubitege mu gikorwa kizobahuza.

Gumana na Indundi magazine inkuru iramvuye tuzoyikumenyesha vuba.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037