IKIRUNDI_news

Kirikou na Double Jay ntivyoroshe ubu naho baje n’ibisusu

Inyuma yo kuva muri Bantu bwoy bagakora umurwi bise Bilimani boys,

mu kiganiro bakoranye n’abanditsi n’abamenyeshamakuru bavuze vyinshi harimwo n’imigambi bagiye gukorera hamwe Abo basore babiri.

Hagati yaho bagumye baboneka mu ndirimbo bafasha abandi ,bimwe mu vyatumye benshi bibaza vyinshi mukurindira ibidashika nka Double jay yabonetse mu ndirimbo arikumwe na Alvin Smith,R flow…barikumwe na Kirikou, nyene barasubira baboneka mu ndirimbo Yooo Rmx

Inyuma yivyo vyose baraje kurangiza umwaka mu ndirimbo yabo uko ari babiri
Twoyita kwari song ya Bilimani boys.

Mu majambo yakoresheje Kirikou yagize ati:”Turaje dutabare industry neza kurusha uko babikoze kera.”
indirimbo yitwa “Ibisusu”
tugume maso turindire ico gikorwa cabo narirya basanzwe bavyifatamwo neza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037