EntertainmentIKIRUNDI_newsNews

Kari akanyamuneza ku banyabuhinga gusangira n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye

Bahawe ubutumire abo nabo si abandi ni B Face,Sat B ,Francine Niyonsaba,Mutima le Comédien,Kigingi,Natasha Burundi,

babicishije mu nyandiko kumbuga zabo ngurukana bumenyi baremeza ko wari umunezero udasanzwe gutumirwa ku kirimba
muri Ntare house aho hakaba hari kw’ igenekerezo rya 31 Kigarama 2021.

 

Barashima gose kuba biyumviriwe nk’urwaruka rufise impano zitandukanye zikoresha mu kumenyekanisha uburundi mu makungu

Hari mu ntumbero yo kurangizanya umwaka wa 2021 mu mahoro nogutangira neza umwaka 2022.

kubwa Mutima le comédien ngo ntaho Imana itokugeza iyo usenga ndetse ukanakora,
igihe cawe kizogera.

Vyabonetse ko badatamba birorera .

Indundi Magazine irabipfurije umwaka mwiza mwese n’iterambere mu vyomukora vyose.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 332