footballIKIRUNDI_newsInkino

Indundi Sports | Abahagarikizi 4 b’abarundi bagiye guhagarikira urukino mpuzamakungu

 

Uburundi ni kimwe mu bihugu vyo muri kano karere bufise abahagarikizi mpuzamakungu bakomeye cane kandi bama bizerwa na CAF guhagarikira inkino mpuzamakungu.

kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2022 , niho ababagarikizi b’abarundi bashika kuri 4 baza guhagarikira urukino mpuzamakungu rwa CAF Champions League ruza guhuza umugwi wa ESS-Entente Sportive Sétifienne wo mu gihugu ca Algérie hamwe na Horoya Athletic Club wo mu gihugu ca Guinée Conakry.

Abo bahagarikirizi akaba ari Pacifique Ndabihawenimana, Emery Niyongabo , Georges Gatogato hamwe na Pascal Ndimunzigo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 181