Uncategorized

Wise Labesto yisabiye Collabo umuririmvyi Sat-b

Mu gihe Sat-b aheruka kwandika ku rubuga rwa Facebook muri Commentaire kwa Wise la Besto ko kazoza kiwe gahagaze neza, uwo mwigeme nawe ntiyaretse kugira ico abishikirijeko.

Akoresheje urubuga rwa Instagram, Labesto yavuze ko gushima kuvyo Sat-b yakoze atobishobora kuko yohava asanga Hari ivyo yibagiye.

Uwo muririmvyi wa Money_yo yahavuye anagirako asaba Hampande yo gushima ko Ari nka hamwe aronse Collabo ngo yorara yambaye ibirato, iyo Collabo akaba ariko ayisaba ngo azobe iri muri ya Album ivugwa ko Sat-b ariko arakorerako.

Uwo mwigeme akaba agize imisi ariko aboneka asa nkaho Ari hafi ya Sat-b cane, ubwo rero bikaba bishoboka ko ahubwo yoba yavune urugohe abantu ko azoboneka muri Album ya Sat-b nshasha.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 55