IKIRUNDI_newsImyidagadurokirundi_entertainment

Mkombozi ngo siwe, ahubwo abakoze amakosa n’abatanga ama Sponsor

Mkombozi ngo ababahemukiye siwe ariko n’abatanga ama Sponsor, n’ayahandi we yari yipfuza ko akora igiteramo ca gusa.

Ivyo uwo muririmvyi akaba abivugiye ku mbuga asanzwe akoresha aho yariko atumirira abanya Makamba iwabo ngo bazoje mu giteramo yabateguriye, yise Mkombozi Live kizoba igenekerezo rya 2/4, akazoba Ari ku musi wa Gatandatu.

Ukwinjira akazoba Ari 2000 ahasanzwe, 5000 muri VIP nayo Ticket Sponsor akazoba Ari 10,000.

Mwomenya ko iyo iri muma Concert ya 1 uwo muririmvyi azoba akoze, inyuma y’ugusubira ku kivi.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,021