Uncategorized

B face : Raba ikibazo afise nawe umwishure

B-Face Ni umuririmvyi w’umurapeur amaze kwandikisha amateka mu muziki ndundi yanatahukanye imilioni 15 mw’ihiganwa ryateguwe na Brarudi ryitwa Tagata na Primustar.

 

Ubutumwa bwiwe uretseko abarundi bagenziwe baronka impanuro n’abomubihugu bibanyi arabadomako akarorero mu (Rwanda no muri kenya)

Ikibazo afise yagicishije mu nyandiko ku rubuga rwiwe rwa Facebook
Arabaza abahungu bigira aba Pede inyungu babibonamwo iyariyo?ngo mbe hoho abakobwa b’i Bujumbura ntibababona?

Mu majambo make yashatse gutera ivyatsi iyo ngeso bayihagarike kuko Imana yaremye umukobwa n’umuhungu kugira barondoke nayo
Ivyo bindi ni shetani aba ariko arabakoresha.
Yanavuze ko uretseko bidashimisha Imana ahubwo hari n’ingwara bitera
Ako n’akamo ka B fac

https://youtu.be/AeLMlFQvl2s

What's your reaction?

Related Posts

1 of 55