groups-at-messageInkino

# Beaking News : Bimenyimana Robert ntakiri umumenyereza wa Muzinga


Umumenyereza w’umugwi w’igisirikare c’uburundi Muzinga Fc Bimenyimama Robert ntakibarizwa muri uwo mugwi.

Amakuru ava muri zimwe mu ndongozi za Muzinga avuga ko bahagaritse uwo mumenyereza kumvo z’umwimbu udahagije afise muri uwo mugwi Muzinga Fc.

Robert Bimenyimana mu nkino 7 za Primus league yamenyereje umugwi Muzinga Fc yatsinze urukino rumwe gusa atsindwa inkino 4 anganya inkino 2 .

Muzinga Fc ukaba ariwo ufata ikibanza canyuma n’amanota 5

Mwomenya y’uko Bimenyimana Robert amaze kumenyereza imigwi ya Transport , Les lierres , inter Star hamwe na Muzinga Fc yari asanzwe amenyereza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 23