Mu ndirimbo zirenga 30 ziri mu nkurikirane 2 za Big Fizzo ziheruka gushirwa ahabona, Nta Collabo yiwe n’umunyamahanga n’umwe yizege ihabonekamwo mu gihe bizwi ko abaririmvyi batandukanye bo muri Kano karere basanzwe…
Spoks Ngo uwumufitiye agafaranga kiwe anyaragase amurihe ako kadeni, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’uwo muririmvyi akaba kandi n’umumenyeshamakuru ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Uwo muririmvyi yamenyesheje ko nkuko yama mu…
Nk'uko tubibona mu gitabo canditswe n'uwitwa ANTHONY ROBBINS citwa' Aweken the Giant within ", turabona aho ashikiriza ko , kimwe mu vyogutuma uvyura igihangange kiri muri wewe , ari ugufata ingingo.…
Esther Nish , umuririmvyikazi ari munsi y’uburongozi bwa Label ya "BukivLab"ahejeje gukora amateka mu muziki ndundi aho ururirimbo rwiwe yakoranye n'umwe mu ba legend b'umuziki ndundi Kidum ,rwiswe…
Umushikiranganji ajajwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thadée Ndikumana yakiriye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Kigarama 2020, intumwa zo mu gihugu ca Angola. Uwo murwi ukaba wari uje kwiga…
Reta y’Uburundi ngo yiyemeje kubandanya iteramira amahoro n’umutekano hamwe no gukingira agateka ka zina muntu. Biri mw’itangazo ryasohowe na Reta ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere. Ni inyuma y’aho ishirahamwe mpuzamakungu…
Hagiye gutegurwa ibipimo vy’ikawa vy’akorero vyegukira Reta ku mahegitari 67 mu ntara za Cankuzo, Mwaro na Ruyigi mu ntumbero yo kugwiza umwimbu. Umushikiranganji ajejwe uburimyi yabishikirije mu kiganairo yahaye…
Mu gihe urunani rw'amashirahamwe y'abakozi bo munzu nay'abakoresha babo ruheruka kwiyamiriza ubugizi bwa nabi bwo kwiba mu mazu no kunyuruza abana , hari ubundi bwoko bw'ubugizi bwa nabi bukorwa…
Mu gihe haheze iminsi Alikiba asezereye abarundi ko kumunsi w’ihimbazwa rya Noheri azoba arikumwe nabo mu giteramo kizobera itariki 25 kigarama 2020 , umuririmvyi Sat-B abaye uwa mbere guhamagarira abarundi kuzokwitaba ico…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.