Inyuma yugusohora akaririmbo gahamagarira abarundi kwirinda ikiza ca Corna virus ,abeshi batangura kwibaza ko indirimbo yariyavuze ko igiye gusohoka itakibaye igisohoka Sat- B yamenyesheje umusi izosohokerako. Indirimbo…
Inyuma yo kumara igihe kinini habonetse ihiganwa ritegurwa na Radio Isangabiro ariryo Isanganiro Award ariko hakamaho ukwikeka ko ryoba ribamwo aka mwana wa mama abandi nabo bakagira bati oya ahubwo bo barashiraho ihiganwa…
https://www.youtube.com/watch?v=rmjpDWlPGM8&feature=youtu.be
Kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020 umuhisi Bernard Ndoricimpa niho yashinguranwa iteka ku Mpanda. Mwomenya ko yari yitavye Imana kw'igenekerezo rya 18 Nzero kurugo rwiwe muri zone Gihosaha aho asanzwe…
https://www.youtube.com/watch?v=tnk6tt7Aa8g
Inyuma ya WHO’S THE BEST CONCERT hadutse amajambo afise ubumara bukaze bishobora kuduza irindi shusho mu muziki w’Uburundi. Big Fizzo abicishije ku nsamirizi Buja Fm mukiganiro Sunday Viber ati :"Mfise indirimbo nyinshi…
Kubwa cedrick Bangy asazwe arongoye ishirahamwe ry'abaririmvyi ryitwa Coopérative des Musiciens du Burundi ngo umuririmvyi mwiza kuri scene kuriwe hagati ya Big Fizzo na Sat B ngo ni Sat-B. Ivyo akaba abishikirije inyuma…
Igiteramo cari citezwemwo ibihangange bibiri Big Fizzo na Sat B kuri Lacosta Beach mu ntumbero yukuraba uwuruta uwundi ngo ntankeka isango ni ryarindi nyene. Inyuma yukwakirana umunezero w'imenyeshwa ry’igiteramo…
Inyuma y’imyaka ibiri atanguye akazi ko kuririmba, ashobora kuba agiye kwinjira muri Label ikomeye cane ya Bantu Bwoy umuririmvyi Drama T. Drama T akaba agiye kuba mu muryango wagutse usazwe urimwo abaririmvyi nka Double Jay,…
https://www.youtube.com/watch?v=ADxPODLPPjg&feature=youtu.be
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.