Kuva mu mwaka wa 2004 gushika mu mwaka wa 2012 izina ry'umukinyi wa kera wa Vital'o Fc ndetse n'intamba mu rugamba Ndizeye Alain Bangama ryari rizwi mu gihugu cose c'Uburundi bivanye n'ingene…
Ku musi w'Imana igenekerezo rya 2 Myanadagaro 2020, isaha icenda (15h00) mu nzu y'ubunwero Escotis iri mu Bwiza mu gisagara ca Bujumbura , niho umugwi "les Amies" uhurikiyemwo abakinyi ba kera babiciye…
Umumenyereza wa Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye yatwaye Primus League yavuze urutonde rw'abakinyi 11 kuriwe abona y'uko bitwaye neza mw'ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019-2020. Ari kuri Micro ya…
Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs Dynamik mw'ihiganwa rikurikira. Kuri urwo rutonde…
Iki ni kimwe muri vyinshi vyibajijweko igihe hamenyekana urutonde rw'abashikiranganji bashasha cumi na batanu baheruka kugenwa muri leta y'u Burundi irongowe na nyenicubahiro umukuru w'igihugu c' u Burundi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.