groups-at-messageInkino

Ibirori vyaranze isabukuru y ’amavuko ya Mutombola

Isabukuru y imyaka 50 y’amavuka yaherekejwe n’ ubugeni bwiwe na Kigeme Jocelyne , hadasizwe inyuma ibatisimu y ikibondo cabo gito.

Mutombola kakaba kabaye akaryo kuriwe ko kugaburira abaraho umukate w ‘isabukuru y ’amavuko.

Muri ivyo birori icegera ca kabiri mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB Samugabo Moustapha yari yaserukiye iryo shirahamwe ndetse aranavuga ijambo.

Mw’ijambo Moustapha yashikirije yavuze ko bamukeje cane ku bugeni bwiwe , kandi ku mvo z’uko atihereranije urwo rubanza.

Eka ntivyahereyoho kuko  banongeye ku mukeza ko mukeza  yashikanye ubwa mbere Uburundi mu nkino zanyuma za CAN 2019 zabereye muri Egypt .

Mwomenya ko Olivier Niyungeko azorangiza amasezerano yiwe yo kumenyereza intamba mu rugamba mu kwezi kwa Kigarama .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 23