groups-at-messageInkino

# indundi Sports | Msaba Seleman yavuze umukinyi akunda mu Ntamba mu rugamba

Uwigeze kuba umukinyi w’intamba mu rugamba hamwe n’umugwi Prince Louis Musaba Selemani yavuze umukinyi akunda cane gusumba abandi mu mugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba .

Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV cerekeye kahise kiwe k’umupira w’amaguru Musaba Seleman yashikirije ibitari bike harimwo no kuvuga umukinyi akunda cane gusumba abandi uwo nawe akaba ari Saido Ntibazonkiza nayo mu kibanza ca kabiri hakaza Nsabiyumva FrĂ©deric .

Seleman Musaba akaba yakinye mu igihugu c’Urwanda , Belgique , Hollande hamwe na Chine , muri kino gihe asanzwe akorera imirimo yiwe mu gihugu c’Ububirigi.

 

 

Kurikirana ikiganiro ciwe yakoranye na indundi Tv 👇👇👇👇

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 23