groups-at-messageInkino

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi ba Vital’o bazokwerekeza muri Tanzania Saido ntawurimwo

  • Umugwi Vital’o Fc umaze gushira ahabona abakinyi 18 hamwe na Staff bazokwerekeza mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero yo kwitabira urukino rw’akivandimwe bazokina Simba Sc yo mu gisagara ca Dar es Salaam Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 22 Myandagaro 2020.Abazoherekeza umugwi :1) Kibuga Ramadhan ( Uwumenyekanisha amakuru muri FFB )

    2) Djamal Seifu ( Prezida )

    3) Mukurarinda Evariste 🙁 Vice Prezida )

    4) Manirambona Papy ( Tresorie)

    Staff:

    1) Mputela Mboya Emmando ( Umumenyereza )
    2) Ndizeye Alain Bangama ( Icegera ciwe )
    3)Irakoze Arcela ( Umuganga)

    Abakinyi 18
    ——————-
    1) Kasereka chance
    2) Iringa Ives
    3) Kabura Christian
    4)Bizimana Joe
    5) Nahimana Jyslain
    6)Abou Jures
    7)Jumapili Iddy
    8)Ndayishimiye Hussein
    9)Shaka Tresor
    10) Mugisha Alfred
    11) Nahimana Steve
    12) Pepe Mangumunyampara
    13)Ndikumana Magloire
    14) Nzeyimana juma
    15) Murangira Ramires
    16) Gasore Pepe
    17) Gasereka Thierry
    18)Salum Ramad

     

What's your reaction?

Related Posts

1 of 23