groups-at-messageInkino

# Indundi Sports| Urutonde rw’abakinyi batwaye UEFA mu migwi itandukanye

Mu bakinyi bagiye batwara ibikombe vya UEFA Champions league mu migwi itandukanye umukinyi Christiano Rinaldo w’umunya Portugal niwe aguma aza ubwa mbere hama umudage Tony kroos agaca akurikira uwufata ikibanza ca gatatu nawe akaba ari umunye Espagne Gérard Piqué.

Urutonde rukaba ari uru rukurikira :

1) Cristiano Rinaldo :
– Machesteru United 2007/2008
– Real Madrid 2013/2014, 2015/2016, 2016/2017 na 2017/2018

2) Tony Kroos : -Bayern Munich 2012/2013
– Real Madrid 2015/2016, 2016/2017 hamwe na 2017/2018

3) Gerard Piqué : -Manchester United 2007/2018

– Barcelona : 2008/2009, 2010/2011 hamwe na 2014/2015

4) Clarence -Seedorf : Ajax 1994/1995
– Real Madrid : 1997/1998
– Ac Milan 2002/2003 hamwe na 2006/2007

-5) Samuel Et’oo: -Barcelona 2005/2006 hamwe na 2008/2009

– Inter Milan : 2009/2010

6) Fernando -Redondo : Real Madrid 1997/1998 hamwe na 1999/2020
– Ac Milan : 2002/2003

7) Xherdan Shaqiri : – Bayern Munich 2012/2013
– Liverpool 2008/2009

8) Jose Bosingwa : – Fc Porto 2003/2004
– Chelsea 2011/2012

9) Paulo Ferreira : -Fc Porto 2003/2004
– Chelsea : 2011/2012

10) Daniel Sturbridge : Chelsea 2011/2012
– Liverpool 2018/2019

11) Deco : – Fc Porto 2003/2004
– Barcelona 2005/ 2006

12) Thiago Motta : – Barcelona 2005/2006

– Inter Milan : 2009/2010

13) Xabi Alonso : – Liverpool 2004/2005
-Real Madrid 2013/2014

14) Owen Hargreaves: – Bayern Munich 2000/2001

– Manchester United : 2007/2008

15) Paulo Sousa : – Juventus 1995/1996

– Borussia Dortmund : 1996/1997

16) Didier Deschamps: -Marseille 1992/1993
– Juventus 1995/1996

17) Edwin Van der Sar : – Ajax 1994/1995

– Manchester United 2007/2008

18) Christian Panucci: – Ac Milan 1993/1994
– Real Madrida : 1997/1998

19) Marcel Desailly : Marseille 1992/1993

– Ac Milan : 1993/1994

What's your reaction?

Related Posts

1 of 23