Entertainmentkirundi

Kay Kay 4show ntankeka Ep yiwe yageze ku musozo n’indimbo twazimenye

Mu makuru yacu twagiye turabashikiriza twarababwiye umuririmvyi 4show umu diaspora aba muri Reta zunzubumwe za America yuko agiye kurekura Ep yiwe.

 

 

Imvugo rero yayishize mu mungiro urutonde rw’indirimbo zizoba zigize Ep yiwe, n’amazina y’indirimbo n’abaririmvyi bazoboneka muriyo Ep yiwe vyose yabishize k’umugaragaro.

Kubwa 4show ngo impinga yari ndende cane kugira bikunde unomusi indirimbo azishire ahabona kuko ngo gukora umuziki uri mu mahanga bitoroshe.

Abaririmvyi bashoboye gukorana ni Pass Lee, Black G, Madela, Mr champagne, Frank Duniano, Mama p.

Isango yaduhaye azoyisohorako akaba ari igenekerezo rya 17 Kigarama 2022,
Ikazoba igizwe n’indirimbo 6 niyinyongera igira 7

Tubandanye turindiriye iryo sango yaduhaye zizoboneka Kuri platform zose zisanzwe zidandaza umuziki Kay Kay 4show.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 550