Umugwi nserukira gihugu w'abigeme Intamba mu rugamba batarenza imyaka 20 wasezereye gihugu ca Afrika yepfo kubitsindo bibiri kubindi. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Gitugutu 2023 Isaha icenda ( 15h00) , niho…
Agahinda k'abafana batari bake ba Big Fizzo, kagiye guhera, kuko Indirimbo ya mbere ya Big Fizzo ishobora gukwiza Views 1,000,000 umwanya uwariwo wose. Mu kiganiro Big Fizzo yaheruka gutanga aha bagenzi bacu bakorera…
Sat-b ngo igihe ntikirarengerana ngo abashe kuja gukora rwa ruhererekane rw'ibiteramo ku mugabane w'uburayi. Ku bavyibuka haraheze igihe hari amakuru avugwa ko Sat-b agiye gukorera uruhererekane rw'ibiteramo ku…
Kuri uyu w'Imana I Kigali mu Rwanda, umukozi w'Imana azwi kw'izina rya Apotre Yongwe yatawe muri yompi nkuko ibinyamakuru vyavyanditse. Amakuru atangwa n'urwego rw'igihugu rukurikirana ivy'ivyaha…
Ku mugoroba wo Kuri uyu wa Kabiri niho ya Ndirimbo yari igize imisi irindiranywe igishika cinshi n'abatari bake yahavuye isohoka, iyo nayo ni Faible ya Monia Fleur na Big Fizzo. Iyo ndirimbo yaririndiranywe igishika…
Agahamagazo ka The Ben kahavuye ngo gafatwa n'abajejwe umutekano, inyuma yaho havugiwe ko kibwe, ariko Kandi hakananuganurwa umwe mu baririmvyi bari bicaranye ko ariwe yayivye. Mu makuru yatangajwe, hamenyekanye ko The…
Abamenyeshamakuru b'abanya Kigali batari bake babashije kuboneka I Bujumbura, bamwe bagirizwa gushaka kwica ico giteramo, ariko abandi bazanywe no kurondera amakuru ku bijanye n'ico giteramo. Haraheze imisi uwo…
Ibimenyeshamakuru si vyinshi vyabashije Kuza biravuga ikibiriraho amakuru y'ivyariko biba mu biteramo vya The Ben, uretse gusa amakuru mabi mabi yagiye akwiragizwa hirya no hino. Ukwo kuntu ibimenyshamakuru bitabashije…
Ibura rya Big Fizzo mu giteramo co Kuri uwu w'Imana, igenekerezo rya 1/10, ryateje uruhagarara, kuko hataramenyekana neza neza, igituma uwo muririmvyi atabashije kuririmba muri ico giteramo cari catumiwemwo abaririmvyi…
Big Fizzo ngo naho The Ben azoba ariwe nyene igiteramo kigiye kuzobahuza, ngo araba maso, kuko hari intare 2, agiye kuzosanga I Bujumbura. Mu kiganiro Big Fizzo yaheye umumenyeshamakuru Chita yaherekeje umugwi uje kuraba uko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.