EntertainmentUncategorized

Kidum kugira abavugirize neza Kuri Zanzir Bar ngo amabarabara bazoyugara

Yari yaramaze kubimenyesha ko agiye gukora ibiteramo 2 mu gisaga ca Bujumbura igenekerezo rya 24 na 25 Kigarama 2022.

 

Yasubiye arabisigura neza ageze ku kibuga c’indege co mu gihugu c’Ubuganda agana i Bujumbura, hari kuri uwu wa kane igenekerezo rya 22 Kigarama 2022, aho yahamagarira abarundi n’abarundikazi kudasiba mu biteramo vyiwe.

Yabanje araramutsa abarundi aranabibutsa ko igiteramo c’igenekerezo rya 24 Kuri Zanzi Bar amabarara azoba yugaye, amatwi amusumira ivyuma bizoba bimeze neza. Band yiwe Bodaboda Band ikazoshika aho bukera kw’ igenekerezo rya 23 Kigarama.

Ivyo biteramo akazobisozera ahitwa ku Kigabiro igenekerezo rya 25 aho yavuze ko azoca afata iyihuta asubira muri Kenya aho asanzwe akorera ibikorwa vyiwe.

Ikibazo ni mbega ko vyavurwa ko mu kwezi kwa Kigarama Kidum azotaha Kuba mu Burundi yoba yabiciye amazi? Canke aragiye azogaruka?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 368