IKIRUNDI_news

Natacha aragabisha akanihaniza abakoresha imvugo ziwe

Umuririmvyikazi afise amazina menshi yiyita, kiretse Ngendabanka Natacha yahawe n’aba vyeyi ushobora kumwita la Bamba ,la Noma,la amazi,la robinet la kwiparatura………


Kwiparatura aremeza ko ariwe yazanye iyo mvugo,
abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook yanditse amajambo yokwihaniza uwo wese akoresha iyo mvugo kwagiye kumwitwarira kuko ari mvugo yamutwaye umwanya muremure kugira ayiyumvire ashobora no kuyihindura mu ndimi zitandukanye nkuko yabisiguye mugiswahili ngo ni kujiparatura,
kandi ngo hari abaririmvyi 2 atashimye kuvuga izina ngo bamaze kuyikoresha mu ndirimbo zabo akagabisha ko vyohagarara.

Twokwibukanya ko Natacha ari umuririmvyikazi, afise ni iyindi mpano yogutwenza yibonekeza kuriwe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,021