Uncategorized

Urwevu: Raba uko worwanya ubunebwe mu guhayagiza imana ”nkozi”!

Isanamu ngereranyo y’umuntu aguma yiyumvira uko yotsinda inzitizi

Imana rero hari uburyo bw’ukuyihaya ukoresheje uko yagiye iriyerekana mu butwari bwayo.

Mbega none ko twumva abategetsi Imana yaduhaye bashira imbere ijambo ugukora, nko mu gukoresha ijambo ”Leta Nkozi” , mugira ngo yoba ashikuje  uwovuga ko ico ari ikimenyetso c’ico Imana idushakako twese Abarundi?

Abarundi kandi barayamaze bati ” usaba umwiza mugasa’. Ivyo rero biraheza bigasigura ko umuntu atera aba haba mu mvugo canke mu  ngiro nk’ico yemera kandi ahayagiza.

Ivyo umuntu abifatanye rero murumva ko uko umuntu ahaya Imana Nkozi, ariko aheza nawe akaba umukozi nkayo.

Muti none twobigenza gute?

Mu majambo tubona yo muri Biblia yagiye arakoreshwa mu guhayagiza Imana bivanye n’ubutwari yiyerekanyemwo, turaheza tugasanga  Izaburi ya 104 ariyo ihayagiza Imana iyibutsa ubuhinga n’ubwenge yakoranye isi.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 55