homepage

Ihiganwa Primus league rigiye kubandanya Ku ndwi yaryo ya 22

Igisata kijejwe gutunganya inkino mu mupira w’amaguru mu Burundi FFB camaze gushira ahabona ikirangamisi c’inkino zindwi ya 22 ya Primus league.

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma hategekanijwe inkino zikurikira:

  • Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore Isaha y’icumi (16h) Rukinzo uzokwakira Bumamuru .
  • Ku kibuga c’Urukundo Isaha icenda 15h00 Kayanza United izokwakira Bujumbura city

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 16 Ruhuhuma hategekanijwe inkino zikurikira:

Ku kibuga citiriwe umuganwa rudoviko rwagasorw Isaha indwi n’igice 13h30 Athletic Olympic izokwakira Olympic Star

  • Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha y’icumi (16h00) Les lierres izokwakira Ngozi city
  • Ku kibuga c’Udukundo Isaha y’icenda (15h00) Messager ngozi izokwakira Messager Bujumbura
  • Ku kibuga c’ingoma isaha y’icenda (15h00) Musongati Fc izokwakira Vital’o Fc
  • Ku kibuga c’Urumuri isaha icenda (15h00) Flambeau de l’Est izokwakira Flambeau du Centre

Ku musi w’Imana Igenekerezo rya 17 Ruhuhuma

  • Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore Isaha icumi 16h00 Lydia Lydic izokwakira Aigle Noir .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 686