homepage

B face yashize ahabona akaririmbo gashasha

B face yashize ahabona akandi karirimbo gashasha yise Namba moja, aho agaruka ku buryo yandika n’umudiho akaririmvyemwo.

Inyuma y’akaririmbo Siko yari yasohoye avuga ku bana b’impfuvyi, B face yasubiriye gushira ahabona akandi karirimbo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 14 nzero, ako karirimbo kari karindiranywe igishika akaba yakise Namba Moja.

Ako karirimbo mu masaha makeya imaze isohotse ikaba imaze kurabwa akatari gake kuri urwo rubuga rwa Youtube asanzwe akoresha. Muriko akaba agaruka kuriwe uburyo yandika n’umudiho yagakozemwo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 686