BurundiEconomyhomepagekirundiyouth

Youth : Ico urwaruka ruriko rurarangiza amashure ruhamagarirwa gukora

Urwaruka rwize ruhamagariwe kwishingira imigambi yabo bisunze ibanki y’urwaruka iherutse kwugururwa i Gitega mu kuja mu gisata co guhingura ivyo bimbuye.

Umuyobozi mukuru w’urwego rwa Reta rujejwe amakoperative ANACOOP Oscar Barankariza yateye ako kamo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2020 mu gihe hariko haratanguzwa icese isekeza ryo kwigisha urwaruka rurondera akazi hamwe n’abarongoye amakoperative mu Burundi.

Oscar Barankariza yasavye kandi urwaruka ko rwokoresha  inguvu rufise kugira ruahobore kurwanya ubushomeri n’ubukene ruruhanze.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 767