groups-at-messagehomepageInkinokirundiSport

Cédric Amissi yoba agira yimukire mu wundi mugwi?

Umukinyi w’umusatirizi w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Cédric Amissi ariko aronderwa n’umugwi wa Al Ahli wo mu gihugu ca Arabie Saoudite .

Ayo makuru tukaba twayasomye kuri kimwe mu binyamakuru vyo muri Arabie Saoudite citwa www.saudileague.com.

Cédric Amissi akaba asanzwe afitaniye amasezerano n’umugwi wa Al Taawoun gushika mu mwaka wa 2021 ntawuramenya y’uko uyo mugwi umukeneye ushobora kumugura canke worindira y’uko amasezerano yiwe na Al Taawoun arangira.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 770