BurundiEducationhomepagekirundi

Umuyobozi wa Kaminuza y’Uburundi arahumuriza abanyeshure bamaze imisi bidoga

Abahoze ari abanyeshure ba kaminuza y’Uburundi batararonswa impapuro z’umutsindo zemejwe n’amategeko ngo borema kuko igikorwa co kuzemeza kigiye gutangura mu minsi ya vuba.

Umuyobozi wa kaminuza y’Uburundi abishikirije inyuma y’aho bamwe mu bahoze biga muri iyo kaminuza bidoze bavuga ko badatunganirizwa nk’uko bavyipfuza.

François Havyarimana avuga ariko ko kaminuza y’Uburundi itogereranywa n’ayandi makaminuza kuko ngo ifise abanyeshure benshi, ninayo mpamvu bisaba umwanya kugira ngo babatunganirize bose mu mpapuro baba bakeneye.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764