Basketballkirundi

Apôtre Jean Paul yasiguye igituma yafashije abakina basketball

Mu mpera z’ino ndwi harasozerewe ihiganwa rya Basketball ryatunganijwe n’imvukira za karitiye Jabe zifashwe mu mugongo n’umwungere w’ishengero Holy center kw’isi buca rirumanya imyaka itatu ribayeho.

Muri iryo higanwa ,umurwi wa Gymkhana ukaba waratahukanye igikombe ukaba watsinze vyoroshe New stars ku manota 74 kuri 49.

Apôtre Jean Paul Manirakiza amenyesha ko bafashije urwo rwaruka ngo kubera rufise iyerekwa rukongera rugahuza abantu biciye muri basket-ball.

Ivyo n’ibindi vyinshi mubisanga mu kiganiro na indundi TV aha musi

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 469