BurundiEducationHealthhomepagekirundi

Ingaruka mbi zatewe na Covid_19 mu mashure ya Kaminuza

 

Umugera wa Corona warahungabanije inyigisho mu mashure ya kaminuza ngo kuko hakiri abigisha benshi bacugaraniwe mu makungu.

Ivyo ni ibishikirizwa n’Umuyobozi wa kaminuza y’Uburundi akaba yabishikirije kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020 mu nama yo kurabira hamwe ingaruka mbi z’ico kiza mu mashure ya kaminuza.

Uwuserukira ishirahamwe mpuzamakungu ry’amagara y’abantu OMS mu Burundi yasavye abarundi kubandanya bikingira uwo mugera kuko hacibonekeza abantu benshi bawandura ku mugabane wa Afrika.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765