CooperationhomepagekirundiPolitique

Uwuserukira Uburusiya mu Burundi yakiriwe n’umukuru w’inama nkenguzamateka

 

Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Kigarama 2020, umukuru w’inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yuguruye icese isasa risanzwe rya Kigarama ry’inama nkenguzamateka, ivyo bikorwa bikaba vyabereye mu nyubakwa y’inama nkenguzamateka iri ku murwa mukuru wa poritike i Gitega.

Inyuma y’ivyo bikorwa vyo kwugurura icese isasa risanzwe ry’ukwezi kwa Kigarama, umukuru w’inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yaciye yakira uwuserukira igihugu c’Uburusiya mu Burundi Valery A. MIKHAYLOV.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 759