BurundiEducationÉnergiegroups-membership-request-accepted-by-adminhomepagekirundi

Bagiye guhora bazitorera mu biro vy’indero mu ntara

Ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi bwasohoye kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 21 Kigarama 2020, itegeko rivuga ko abipfuza impapuro zerekana ko bakoze ibibazo vya Reta bagiye guhora bazironkera mu biro vy’indero mu ntara zose.

Ivyo bishikirijwe uko mu gihe vyaheruka kwibonekeza ko abitura ibiro bijejwe ico gikorwa mu gisagara ca Bujumbura cahora ari kimwe  mu gihugu cose ari benshi bigatuma bateba gutunganirizwa ndetse bikabatwara n’uburyo bwinshi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765