BurundiCooperationhomepagekirundi

Perezida Évariste Ndayishimiye aritezwe i bangui kuri uno wa mbere

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yitezwe i Bangui mu gihugu ca Centrafrique ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere.

Nk’uko biri mw’itangazo ryo mu biro vy’umukuru w’igihugu bijejwe kumenyesha amakuru, Evariste Ndayishimiye yitavye ibirori vyo kwimika umukuru w’ico gihugu, Faustin Archange Toudera, aherutse gusubira gutorerwa kurongora igihugu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 768