BurundihomepageJusticekirundi

Abashingamateka barabaza igituma abanyororo batezurirwa ariko ntibarekurwe

Ni iyihe mpamvu ituma abantu baheza umunyororo, bezwa  canke barekurwa ivy’agateganyo ariko ugasanga bagumijwe mu munyororo?

Ico ni kimwe mu bibazo vyabajijwe uwurongoye umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH mu nama nshingamateka yakoranye kuri  uyu wa kabiri, igenekerezo rya 13 Ndamukiza 2021, aho uwurongoye uwo mugwi Sixte Vigny Nimuraba yari aramutse ashikiriza ivyaranguwe n’uwo murwi mu mwaka uheze w’2021.

Sixte Vigny Nimuraba yishuye ko mu murwi CNIDH arongoye basanzwe bafise aho bageza mu gukora. Kubwiwe ngo inzego z’ubutungane nizo zari zikwiye kwishura ivyo bibazo bituma ubusho n’amabohero mu Burundi vyama vyuzuye kandi hari ababa batezuriwe yamara ntibarekurwe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764