BurundiEconomyhomepagekirundi

Ikigo OBR kiramutswa umuyobozi mushasha

Ikigo kijejwe kwegeranya amatagisi n’amakori OBR kiramutsawa umuyobozi mushasha kuva kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 14 Ndamukiza 2021.

Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/111 ryo kuri uyu wa 14 Ndamukiza umwaka w’2021, ikigo kijejwe gutororokanya amatagisi n’amakori OBR kiramutswa umuyobozi mushasha, Pacifique MUNYESHONGORE.

Pacifique MUNYESHONGORE akaba asubiriye Audace Niyonzima yari amaze igihe ayoboye ico kigo mu gihe nawe yagenywe kuba icegera ca mbere c’umukuru w’ibanki nkuru y’igihugu BRB.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 766