Economyhomepagekirundi

Uwobareka ngo yosanga basize ubutaka bwuguruye hakabura n’ivu ryo kufurira ivyo binogo

Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni ashikiriza ko abantu bose baje gucukura ubutare mu Burundi basanze babiba, uwobareka ngo yosanga basize isi y’Uburundi bayuguruye bakayisiga irangaye hakabura n’ivu ryo gufurira ivyo binogo. Yabishikirije kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2021 imbere y’abashingamateka n’abakenguzamateka igihe yariko arashikiriza ivyaranguwe n’ibiro arongoye mu mezi atandatu aheze.

Inkuru yose ni aha musi muri ino video ya Indundi TV

What's your reaction?

Related Posts

1 of 758