kuva kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 gushika ku 28 Ndamukiza 2021, ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 27 .
ku musi wa Kane igenekerezo rya 27 Ndamukiza inkino zitegekanijwe uku gukurikira:
– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Intwari , Umugwi Bs Dynamik uzokwakira Kayanza United
– Isaha icumi 16h00 ku kibuga Intwari , Buja City izokwakira Royal Fc
– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urukundo , Messager Ngozi izokwakira Rukinzo Fc
– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Bumamuru izokwakira Olympic Star
– Isaha Icenda 15h 00 ku kibuga co mu Ruyigi , Musongati Fc izokwakira Les elephants
ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 30 Ndamukiza 2021:
– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga co mu Ruyigi , Flambeau du Centre izokwakira Vital’o Fc
– Isaha Indwi n’igice 13h30 ku kibuga Intwari , Inter Star izokwakira Athletico Academy
– Isaha Icumi 16h00 ku kibuga Intwari , Muzinga Fc izokwakira Aigle Noir.
Mwomenya ko umurwi Flambeaux du Centre ariwo iufata ikibanza ca mbere vy’infata kibanza mw’ihiganwa.