DevelopmentBuja FilmsEconomyhomepagekirundi

Igisata kijanye no gucukura ubutare kiriko kiratunganywa neza

Amadosiye yababa 250 y’abashaka gucukura ubutare mu Burundi yarizwe n’ubushikiranganji bw’amazi, ubutare n’agataka mu gice ca gatatu c’umwaka w’2020 ushira uw’2021

Bishikirizwa n’umushikiranganji aburongoye Ibrahim Uwizeye, mu gihe yariko arashira ahabona ivyaranguwe n’ubwo bushikiranganji muri ico gice, hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 31 Ndamukiza 2021.

Ibrahim Uwizeye amenyesha kandi ko imirwa mikuru y’amakomine 21 kuri 119 agize igihugu itagira amatara ariko ko ivyigwa vyaheze kugira nayo ibonse kuyaronswa.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 761