BurundiDevelopmentEnvironnementhomepageIKIRUNDI_newsInfrastructures

Urugendo bahora barihira ibihumbi 8 bariko barurihira ibihumbi 15

Abo ni abipakiza imiduga bavuye mu gisagara ca Bujumbura baja mu bumanuko bw’igihugu, aho bitaboroheye kwiyunguruzaku muhingamo wo kuri uno wa kane.

Intanduruko ni ikiraro co ku Rutunga kiri mu kabezi cacitse kuva isaha umunani z’umuhingamo kuri uno wa kane igenekerezo rya 6 Rusama 2021, aho  abantu bava mu gisagara ca Bujumbura bagana i Nyanza-Lac na Rumonge bategerezwa guca mw’ijenda, aho bahora bariha amafaranga ibihumbi umunani vy’amarundi bariko baraharihira ibihumbi icumi na bitanu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 721