BurundihomepageIKIRUNDI_newsSCIENCES & TECHNOLOGIES

Ikibazo c’itumatumanako ry’amakuru cahagurukiwe n’ikigo ARCT

Ikigo c’igihugu kijejwe gukurikiranira hafi ibijanye n’itumatumanako ry’amakuru ARCT batanguje kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 11 Rusama 2021 ibikorwa bijanye n’ugupima urugero rutangwa n’amashirahamwe Econet Wireless, Smart, Lumitel hamwe na Onatel aho bishikira ku rubuga bagapima urugezo rw’akanovera batanga mu mihora yabo haba mu majwi, interenete, eka mbere no guhanahana ubutumwa bugufi sms (short message services).

Ico gikorwa ngo kikaba kigiye kuzobandanywa n’ico kigo ARCT mu ntumbero yo kugira icegeranyo kizoshikirizwa ayo mashirahamwe baheze bababwire aho bokosora.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 717