BurundihomepageIKIRUNDI_newssecurity

Impanuro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yatekereye intwazangabo mu giporisi

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ahamagarira intwazangabo mu giporisi kwitaho gukomeza amahoro n’umutekano kugire ibikorwa vy’iterambere biranguke neza.

Evariste Ndayishimiye yabateye ako kamo mu nyigisho zo gukunda no gukundisha igihugu zatunganijwe, kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 28 Rusama 2021 ku barongoye abandi mu giporisi.

Umukuru w’igihugu yabasavye kandi kudasamazwa na kahise kabi igihugu caciyemwo ahubwo bafate iya mbere mu bijanye no gusubiza hamwe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 717