Ihiganwa ry’abigeme rigiye kubandanya kundwi igira gatatu
kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 26 Munyonyo 2022:
– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Les Lionnes uzokwakira Etoile M
– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga ca CTN , Umugwi Onze Etoile uzokwakira Bon Avenir
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 27 Munyonyo 2022:
– Isaha zitatu zo mugitondo 9h00 ku kibuga ca CTN , Umugwi PVP Buyenzi izohura na Fofila PF
– Isaha zitanu zo mu gitondo 9h00 ku kibuga ca CTN , umugwi La Colombe uzokwakira Rainbow
– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga CTN , Umugwi Intwarikazi uzokwakira Buja Queens
Mwomenya ko umugwi Fofila PF ariwo ufata ikibanza ca mbere vy’imfatakibanza .