Ivyananiye Urunani na New Star vyaraye bikozwe n’umugwi Dynamo FC. Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 26 Munyonyo 2023 I Johanesbourg mu gihugu ca Africa yepfo , aho umugwi Dynamo BBC wari waserukiye igihugu mu nkino za…
Inyuma yo gutsindwa n’igihugu c’Uburundi, umumenyereza w’umugwi nserukiragihugu wa Gambia yaraye ahayagije abakinyi b’Intamba mu rugamba . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023 igihe c’isaha icumi (16h00) mu…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba waraye ukoze imyimenyerezo yambere yo kwitegurira umugwi wa Gambia mu rukino ruzoba kuwa Kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023, mu nkino zo kurondera itike ryo kwitabira inkino…
Ntibikiri ibanga Nestory IRADUKUNDA yamaze kugurwa n'umurwi Bayern München, akaba yaguzwe amafaranga angana n'imiliyoni 3 mu mafaranga y'abongereza(pounds). Nk'uko tubisanga ku rubuga ngurukanabumenyi…
Abakinyi beza baranze ihiganwa ry’urukino rw’amaboko Burundi ( Basketball) mu mwaka wa 2023 bagiye gukina inkino zibiri za gicuti n’abakinyi beza baranze ihiganwa ry’urukino rw’umupira w’amaboko ry’umwaka wa 2023 mu Rwanda .…
Ni munkino zo kurondera imirwi izokina ihiganwa z'icicaro ca Kabiri mu gihugu c'Uburundi aho uzokina n'umurwi Musongati académie Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, Kw'igenekerezo…
Ishirahamwe mpuzamakungu ry'umupira w'amaguru ku mugabane wa Africa (CAF) ryahinyanyuye amategeko agenga ihiganwa rya CHAN rigiye gukinwa uko bitari bimenyerewe . Iryo higanwa ryashinzwe mu mwaka wa 2009 rije guha…
Ni irya mbere umukinyi w’Intamba mu rugamba Youssouf Ndayishimiye ahabwa ikarata itukura mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Bufaransa. Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 05 Munyonyo 2023 igihe c’isaha zitatu n’iminota…
Inyuma yaho Patrick Sangwa Na Valery Nahayo batangiye imihoho mu mugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba , abandi babiri baciye basezererwa. Amakuru Radio Indundi Culture ifise n’uko Manager w’Intamba mu rugamba Mutima…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Hussein Shabani batazira Tchabalala yaraye afashije umugwi akinamwo Al- Taawoun kuronka inota rimwe . Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 05 Munyonyo 2023, aho ihiganwa rikuru ryo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.