Entertainmentkirundi

Sat – B ikibazo co kwurira indege agomba agikemure

Mu mpera z’umwaka 2022 niho yashira ahabona album yiwe yise “Hello Afrika”igizwe n’indirimbo 12

Igisigaye ngo ni ukuzunguruka mu ntara hagati kugira azisangize abakunzi biwe.

 

 

Hari ihiganwa rituganwa muri Reta zunzubumwe za Amerika yashoboye gutorwa muba higanwa hageze ko hatangwa agashimwe vyaranse ko ashika mu kibanza catangiwemo ubushimwe.

Nubwo atashoboye gutsinda yari yiteguye gufata urugendo rumushikana muri Amerika ariko urwo rugendo ntirwabaye rugikunda bamwe ngo yarabuze Visa abandi ngo yabuze I ticket, ubwiwe Sat-B ntiyashimye kuvuga Impamvu.

Ariko Acishije Kuri Twitter yiwe yanditse agira

ati:” kuberako abantu bamwe bambwira ngo singenda hanze kubera i tichet y’indege, ubu ngiye kwugurura agence de voyage aho nzoshira tichet Kuri make twese tu voyage n’indege.”

Akajambo kamwe Kuri Sat-B

What's your reaction?

Related Posts

1 of 550