Entertainmenthomepage

Umusi mukuru wahariwe umuziki no mu Burundi wahimbajwe

Nkuko bisanzwe igenekerezo rya 21Ruheshi n’umusi w’ahariwe umuziki kw’isi nzima (fête de la music)ishirahamwe ry’abaririmvyi ( amicales des musiciens)bari bateguye ibirori bidasanzwe mu kwigina uwo musi wabo vyabereye ahitwa ku mutwenzi Bar.

Abaririmvyi bari bitabiriyeye ivyo birori ni Andy Mwag,Mb Data,kingorongoro,Frank Duniano,chany Queen,Masterland ,umurwi Étoile du centre n’abandi benshi bari bishikiye muri ico kibanza bateramitswe
n’umuziki w’ikibiriraho.

Intumbero nyamukuru ngo kwari uguhura bagashira hamwe ivyiyumviro no kwibukanya ko akazi bakora gategerezwa guhabwa agaciro bongera banasaba gushigikirwa n’abanyamitahe, bongeye baranashimira Ishirahamwe rikora Itabi ” “Yes” ryabashigikiye kugira ivyo birori bigende neza.

Ikibazo duca twibaza mbega habuziki kugira ico gikorwa kizoze kiritabirwa n’abaririmvyi nka bose bo muburundi bwose bikanakorerwa ahantu hagutse?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 722